Leta y’Uburundi itegerezwa kurandurana n’imizi iterabwoba ryo kwica abantu hamwe n’ukugurura urubibe dusangiye n’Urwanda

Ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu mu Burundi Iteka rirarajwe ishinga n’ingaruka mbi ziterwa no kugara umupaka hagati y’u Rwanda n’u Burundi.Ingaruka z’iryo hitamwo rya Leta, rigabanya uruja n’uruza kw’ibicuruzwa n’abantu hagati y’ivyo bihugu vyompi, rigaragara cane mu karere ka Continue reading Leta y’Uburundi itegerezwa kurandurana n’imizi iterabwoba ryo kwica abantu hamwe n’ukugurura urubibe dusangiye n’Urwanda

Akamo kagira 7 : Uburenganzira bw’impunzi z’abarundi zavuye muri Tanzaniya butegerezwa kubahirizwa na Leta y’uBurundi hamwe na HCR.

Mu ntumbero y’umugambi UMUSEKE,amashirahamwe aharanira agateka ka zina muntu ,umuhari wo mu Burundi uharanira agateka ka zina muntu Iteka hamwe na King Umurundi Freedoom arabandanya atohoza uko impunzi z’abanyakongo zibayeho hamwe n’abarundi bahungutse bava mu gihugu ca Tanzaniya. Soma akamo