Icegeranyo cindwi iteka n’ijambo n°522

Iki cegeranyo cerekana uko agateka ka zina muntu kifashe mu Burundi muri ino ndwi yo kuva kuwa 13 gushika kuwa 19 Ndamukiza 2026.Muri iki cegeranyo,umuhari iteka uranihweza ishusho y’umutekano, ubutungane,intwaro hamwe n’ubutunzi.Kirihweza kandi amabi yerekeye ihonyangwa ry’uburenganzira bw’ abantu no Continue reading Icegeranyo cindwi iteka n’ijambo n°522

ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI KUVA MU KWEZI KWA NZERO GUSHIKA MURI NTWARANTE 2026

Iki cegeranyo ku gateka ka zina muntu mu Burundi kuva mu kwezi kwa Nzero gushika Ntwarante 2026, kiragaruka ku burenganzira bw’abantu no muri politike hamwe n’uburenganzira ku butunzi,imibano n’imico kama.Iki cegeranyo kirangiza mu mpera n’ugusozera hamwe n’ibisabwa. Gutyo,agateka ka zina Continue reading ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI KUVA MU KWEZI KWA NZERO GUSHIKA MURI NTWARANTE 2026

Ibirwanisho vyaturitse ku murwa mukuru w’ubutunzi w’Uburundi : Irimburwa ryimbitse ry’ivyononekaye hamwe n’ isanurwa,bibwirizwa gukorwa na Leta

Mu ntumbero y’umugambi UMUSEKE,amashirahamwe aharanira agateka ka zina muntu ,umuhari wo mu Burundi uharanira agateka ka zina muntu Iteka hamwe na King Umurundi Freedoom arabandanya atohoza uko umutekano wifashe ndetse n’agateka ka zina muntu mu gihugu. Soma akamo