Leta y’Uburundi itegerezwa kurandurana n’imizi iterabwoba ryo kwica abantu hamwe n’ukugurura urubibe dusangiye n’Urwanda

Ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu mu Burundi Iteka rirarajwe ishinga n’ingaruka mbi ziterwa no kugara umupaka hagati y’u Rwanda n’u Burundi.Ingaruka z’iryo hitamwo rya Leta, rigabanya uruja n’uruza kw’ibicuruzwa n’abantu hagati y’ivyo bihugu vyompi, rigaragara cane mu karere ka Continue reading Leta y’Uburundi itegerezwa kurandurana n’imizi iterabwoba ryo kwica abantu hamwe n’ukugurura urubibe dusangiye n’Urwanda