Leta y’Uburundi itegerezwa kurandurana n’imizi iterabwoba ryo kwica abantu hamwe n’ukugurura urubibe dusangiye n’Urwanda

Ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu mu Burundi Iteka rirarajwe ishinga n’ingaruka mbi ziterwa
no kugara umupaka hagati y’u Rwanda n’u Burundi.Ingaruka z’iryo hitamwo rya Leta, rigabanya uruja n’uruza kw’ibicuruzwa n’abantu hagati y’ivyo bihugu vyompi, rigaragara cane mu karere ka komine Kayanza, mu ntara ya Butanyerera ndetse n’ahandi mu yindi mihingo y’intara hamwe no mu mihingo y’intara ya Bujumbura ihana imbibe n’igihugu kibanyi co mu Buraruko. Soma itangazo

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

*