ICEGERANYO CEREKEYE UMWIHWEZO W’ IMISHAHARA Y’ABAKOZI BA RETA MU BURUNDI: UBUSHOBOZI BWO KUGURA,UBUSUMBASUMBANE BW’IMISHAHARA HAMWE N’INGARUKA KU MIBANO N’UBUTUNZI

Akanovera k’intwaro yose kabonekera ahanini ku karusho,intumbero hamwe n’ukworohereza abakozi bayo.Mugihe umukozi wa Reta atagira uburyo bukwiye kugira ashobore kubeshaho umuryango wiwe,ni umwitwarariko wa Reta nyene bigarukako.Mu bihe birangwa n’iduga ryimonogoje ry’ibiciro,ubuzima buguma buzimba kandi ububasha bwo kugura butera butituka,ikibazo Continue reading ICEGERANYO CEREKEYE UMWIHWEZO W’ IMISHAHARA Y’ABAKOZI BA RETA MU BURUNDI: UBUSHOBOZI BWO KUGURA,UBUSUMBASUMBANE BW’IMISHAHARA HAMWE N’INGARUKA KU MIBANO N’UBUTUNZI

IREKURWA RYA GÉNÉRAL ALAIN GUILLAUME BUNYONI : KUVA KU NGUVU Z’ITEGEKO TUJA KW’ITEGEKO RYO KU NGUVU

Icegeranyo gikorewe hamwe c’amashirahamwe abiri azwi neza mu guharanira agateka ka zina muntu gikora ku bisata shingiro mw’itunganywa ry’abanyagihugu muri rusangi cane cane hamwe no emu burongozi bw’amabohero. Dufatiye ku mwihwezo w’ibintu biboneka ariko atari na vyose abapfungwa babayemwo mu Continue reading IREKURWA RYA GÉNÉRAL ALAIN GUILLAUME BUNYONI : KUVA KU NGUVU Z’ITEGEKO TUJA KW’ITEGEKO RYO KU NGUVU

ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA Mukakaro 2026

Iki cegeranyo c’ukwezi kwa Mukakaro 2026 kivuye mu ruvange rw’ivyegeranyo vy’indwi Iteka n’ Ijambo kuva kuri nomero 533 gushika kuri nomero 537.Ico cegeranyo cihweza agateka ka zina muntu.Kiragaruka ku burenganzira bw’abantu no muri politike hamwe n’uburenganzira ku butunzi,imibano n’imico kama.Co Continue reading ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA Mukakaro 2026

ICEGERANYO C’UMUGAMBI WA RETA Y’UBURUNDI WO GUKORA NO GUTANGA INTEBE 336 000 : INTAMBWE UGEZEKO,INTAMBAMYI HAMWE N’IBISABWA

Buca hatangura umwaka w’ishure 2025-2026, Reta y’u Burundi yari yategekanije uburyo mu mugambi wayo « Abana bose bicare neza » ufise intumbero ko atamwana n’umwe yo kwiga mu buryo butabereye,mu guha amashure igitigiri c’intebe zikwiye kugira bashike kw’ ihangiro ry’abanyeshure Continue reading ICEGERANYO C’UMUGAMBI WA RETA Y’UBURUNDI WO GUKORA NO GUTANGA INTEBE 336 000 : INTAMBWE UGEZEKO,INTAMBAMYI HAMWE N’IBISABWA

ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI KIRINGO CA RUSAMA –RUHESHI 2026

Muri mezi ya Rusama na Ruheshi 2026,Uburundi bwaciiye mu bihe bibabaje birangwa n’ihonyangwa rikabije ry’agateka ka zina muntu ryagirizwa Reta hamwe n’abandi bantu bacuditse cane n’umugambwe uri ku butegetsi.Mu cuka c’ukudahana, abaharanira agateka ka zina muntu,naho babirwanya,biragorana ko bayumvira. Utwigoro Continue reading ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI KIRINGO CA RUSAMA –RUHESHI 2026

ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA Ruheshi 2026

Iki cegeranyo c’ukwezi kwa Ruheshi 2026 kivuye mu ruvange rw’ivyegeranyo vy’indwi Iteka n’ Ijambo kuva kuri nomero 529 gushika kuri nomero 532.Ico cegeranyo cihweza agateka ka zina muntu.Kiragaruka ku burenganzira bw’abantu no muri politike hamwe n’uburenganzira ku butunzi,imibano n’imico kama.Co Continue reading ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA Ruheshi 2026

ICEGERANYOKU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI CO MUGIHE BUCA HABA AMATORA Y’UMUKURU W’IGIHUGU

Mu mezi yakurikiye amatora yo muri Ruheshi,uBurundi bwarahuye n’ibibazo vya poritike vyaranzwe n’uruyeri n’ubunyonyezi.Mu bakuru b’imitumbaCNDD-FDD yatwaye intebe zose,ku bahanuzi ba komine n’abashingamateka,Umugwi wigenga ujejwe amatora ku rwego rw’igihugu(CENI) wamenyesha ivyavuyemwo ku bice 96,51% vyiharijwe na CNDD-FDD,n’aho batabihurizako n’abatavugarumwe na Continue reading ICEGERANYOKU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI CO MUGIHE BUCA HABA AMATORA Y’UMUKURU W’IGIHUGU

ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI KIRINGO CA NTWARANTE –NDAMUKIZA 2026

Muri Ntwarante na Ndamukiza 2026,Uburundi bwaranzwe n’ihonyanngwa rikabije ry’agateka ka zina muntu. Ryagirizwa Reta hamwe n’abandi bantu bacuditse cane n’umugambwe uri ku butegetsi.Mu cuka c’ ukudahana, abaharanira agateka ka zina muntu,naho babirwanya,biragorana ko bayumvira. Utwigoro bakora mugushira ahabona ayo mabi Continue reading ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI KIRINGO CA NTWARANTE –NDAMUKIZA 2026

ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA NDAMUKIZA 2026

Iki cegeranyo c’ukwezi kwa Ndamukiza 2026 kivuye mu ruvange rw’ivyegeranyo vy’indwi Iteka n’ Ijambo kuva kuri nomero 520 gushika kuri nomero 524.Ico cegeranyo cihweza agateka ka zina muntu.Kiragaruka ku burenganzira bw’abantu no muri politike hamwe n’uburenganzira ku butunzi,imibano n’imico kama.Co Continue reading ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA NDAMUKIZA 2026

ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI KUVA MU KWEZI KWA NZERO GUSHIKA MURI NTWARANTE 2026

Iki cegeranyo ku gateka ka zina muntu mu Burundi kuva mu kwezi kwa Nzero gushika Ntwarante 2026, kiragaruka ku burenganzira bw’abantu no muri politike hamwe n’uburenganzira ku butunzi,imibano n’imico kama.Iki cegeranyo kirangiza mu mpera n’ugusozera hamwe n’ibisabwa. Gutyo,agateka ka zina Continue reading ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI KUVA MU KWEZI KWA NZERO GUSHIKA MURI NTWARANTE 2026