ICEGERANYO CEREKEYE UMWIHWEZO W’ IMISHAHARA Y’ABAKOZI BA RETA MU BURUNDI: UBUSHOBOZI BWO KUGURA,UBUSUMBASUMBANE BW’IMISHAHARA HAMWE N’INGARUKA KU MIBANO N’UBUTUNZI

Akanovera k’intwaro yose kabonekera ahanini ku karusho,intumbero hamwe n’ukworohereza abakozi bayo.Mugihe umukozi wa Reta atagira uburyo bukwiye kugira ashobore kubeshaho umuryango wiwe,ni umwitwarariko wa Reta nyene bigarukako.Mu bihe birangwa n’iduga ryimonogoje ry’ibiciro,ubuzima buguma buzimba kandi ububasha bwo kugura butera butituka,ikibazo Continue reading ICEGERANYO CEREKEYE UMWIHWEZO W’ IMISHAHARA Y’ABAKOZI BA RETA MU BURUNDI: UBUSHOBOZI BWO KUGURA,UBUSUMBASUMBANE BW’IMISHAHARA HAMWE N’INGARUKA KU MIBANO N’UBUTUNZI

Akamo ko gukingira impunzi z’abarundi hamwe n’abasaba ubuhungiro mu Buganda

Umuhari uharanira agateka ka zina muntu mu Burundi « Iteka » uri n’iteka ryo kubitura n’icubahiro cinshi,ariko kandi n’ukuremerwa bivuye ku bintu biteye agahinda uhejejwe kumenyeshwa. Ishirahamwe ryacu rihejeje kumenyeshwa ko hariho ingingo ishobora gutuma impunzi z’abarundi hamwe n’abarondera ubuhungiro Continue reading Akamo ko gukingira impunzi z’abarundi hamwe n’abasaba ubuhungiro mu Buganda

IREKURWA RYA GÉNÉRAL ALAIN GUILLAUME BUNYONI : KUVA KU NGUVU Z’ITEGEKO TUJA KW’ITEGEKO RYO KU NGUVU

Icegeranyo gikorewe hamwe c’amashirahamwe abiri azwi neza mu guharanira agateka ka zina muntu gikora ku bisata shingiro mw’itunganywa ry’abanyagihugu muri rusangi cane cane hamwe no emu burongozi bw’amabohero. Dufatiye ku mwihwezo w’ibintu biboneka ariko atari na vyose abapfungwa babayemwo mu Continue reading IREKURWA RYA GÉNÉRAL ALAIN GUILLAUME BUNYONI : KUVA KU NGUVU Z’ITEGEKO TUJA KW’ITEGEKO RYO KU NGUVU

ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA Mukakaro 2026

Iki cegeranyo c’ukwezi kwa Mukakaro 2026 kivuye mu ruvange rw’ivyegeranyo vy’indwi Iteka n’ Ijambo kuva kuri nomero 533 gushika kuri nomero 537.Ico cegeranyo cihweza agateka ka zina muntu.Kiragaruka ku burenganzira bw’abantu no muri politike hamwe n’uburenganzira ku butunzi,imibano n’imico kama.Co Continue reading ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA Mukakaro 2026

ICEGERANYO C’UMUGAMBI WA RETA Y’UBURUNDI WO GUKORA NO GUTANGA INTEBE 336 000 : INTAMBWE UGEZEKO,INTAMBAMYI HAMWE N’IBISABWA

Buca hatangura umwaka w’ishure 2025-2026, Reta y’u Burundi yari yategekanije uburyo mu mugambi wayo « Abana bose bicare neza » ufise intumbero ko atamwana n’umwe yo kwiga mu buryo butabereye,mu guha amashure igitigiri c’intebe zikwiye kugira bashike kw’ ihangiro ry’abanyeshure Continue reading ICEGERANYO C’UMUGAMBI WA RETA Y’UBURUNDI WO GUKORA NO GUTANGA INTEBE 336 000 : INTAMBWE UGEZEKO,INTAMBAMYI HAMWE N’IBISABWA