Uguhungura ku bushake impunzi z’abanyakongo bibwirizwa kunyaruka mu ntumbero yo gukingira agateka shingiro kabo,nk’uburenganzira ku ndero y’abana.

Mu ntumbero y’umugambi UMUSEKE,umuhari wo mu Burundi uharanira agateka ka zina muntu Iteka hamwe na King Umurundi Freedoom arabandanya barabandanya igikorwa cabo co gutohoza uko impunzi z’abanyakongo zahunze indyane mu buseruko bwa Repuburika iharanira demokarasi ya Kongo kandi zakiriwe mu Continue reading Uguhungura ku bushake impunzi z’abanyakongo bibwirizwa kunyaruka mu ntumbero yo gukingira agateka shingiro kabo,nk’uburenganzira ku ndero y’abana.

ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI KUVA MU KWEZI KWA NDAMUKIZA GUSHIKA MURI RUHESHI 2026

Iki cegeranyo ku nyifato y’agateka ka zina muntu mu Burundi kuva Ndamukiza gushika Ruheshi 2026,kiranagaruka ku burenganzira bw’abantu no muri politike,hamwe no ku burenganzira bw’imibano,ubutunzi n’imico kama.Iki cegeranyo kirangizwa n’ugusezera hamwe n’ibisabwa. Gutyo, agateka ka zina muntu karasubiye inyuma bimwe Continue reading ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI KUVA MU KWEZI KWA NDAMUKIZA GUSHIKA MURI RUHESHI 2026

ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI KIRINGO CA RUSAMA –RUHESHI 2026

Muri mezi ya Rusama na Ruheshi 2026,Uburundi bwaciiye mu bihe bibabaje birangwa n’ihonyangwa rikabije ry’agateka ka zina muntu ryagirizwa Reta hamwe n’abandi bantu bacuditse cane n’umugambwe uri ku butegetsi.Mu cuka c’ukudahana, abaharanira agateka ka zina muntu,naho babirwanya,biragorana ko bayumvira. Utwigoro Continue reading ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI KIRINGO CA RUSAMA –RUHESHI 2026

ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA Ruheshi 2026

Iki cegeranyo c’ukwezi kwa Ruheshi 2026 kivuye mu ruvange rw’ivyegeranyo vy’indwi Iteka n’ Ijambo kuva kuri nomero 529 gushika kuri nomero 532.Ico cegeranyo cihweza agateka ka zina muntu.Kiragaruka ku burenganzira bw’abantu no muri politike hamwe n’uburenganzira ku butunzi,imibano n’imico kama.Co Continue reading ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA Ruheshi 2026

ICEGERANYOKU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI CO MUGIHE BUCA HABA AMATORA Y’UMUKURU W’IGIHUGU

Mu mezi yakurikiye amatora yo muri Ruheshi,uBurundi bwarahuye n’ibibazo vya poritike vyaranzwe n’uruyeri n’ubunyonyezi.Mu bakuru b’imitumbaCNDD-FDD yatwaye intebe zose,ku bahanuzi ba komine n’abashingamateka,Umugwi wigenga ujejwe amatora ku rwego rw’igihugu(CENI) wamenyesha ivyavuyemwo ku bice 96,51% vyiharijwe na CNDD-FDD,n’aho batabihurizako n’abatavugarumwe na Continue reading ICEGERANYOKU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI CO MUGIHE BUCA HABA AMATORA Y’UMUKURU W’IGIHUGU