Akamo ko kwitwararika gukingira umubano hamwe no gukomeza ugushigikirana muri Afirika

Umuhari uharanira agateka ka zina muntu mu Burundi ITEKA uri n’iteka ryo ku bitura n’icubahiro ku mabanga yanyu akomeye cane,ku bwigenge bwa Repuburika ya Kenya hamwe no ku ruhara ntangere igihugu canyu gifise ku mahoro, mu gufatana munda n’ukunywana vya Continue reading Akamo ko kwitwararika gukingira umubano hamwe no gukomeza ugushigikirana muri Afirika

ICEGERANYO CEREKEYE UMWIHWEZO W’ IMISHAHARA Y’ABAKOZI BA RETA MU BURUNDI: UBUSHOBOZI BWO KUGURA,UBUSUMBASUMBANE BW’IMISHAHARA HAMWE N’INGARUKA KU MIBANO N’UBUTUNZI

Akanovera k’intwaro yose kabonekera ahanini ku karusho,intumbero hamwe n’ukworohereza abakozi bayo.Mugihe umukozi wa Reta atagira uburyo bukwiye kugira ashobore kubeshaho umuryango wiwe,ni umwitwarariko wa Reta nyene bigarukako.Mu bihe birangwa n’iduga ryimonogoje ry’ibiciro,ubuzima buguma buzimba kandi ububasha bwo kugura butera butituka,ikibazo Continue reading ICEGERANYO CEREKEYE UMWIHWEZO W’ IMISHAHARA Y’ABAKOZI BA RETA MU BURUNDI: UBUSHOBOZI BWO KUGURA,UBUSUMBASUMBANE BW’IMISHAHARA HAMWE N’INGARUKA KU MIBANO N’UBUTUNZI

Akamo ko gukingira impunzi z’abarundi hamwe n’abasaba ubuhungiro mu Buganda

Umuhari uharanira agateka ka zina muntu mu Burundi « Iteka » uri n’iteka ryo kubitura n’icubahiro cinshi,ariko kandi n’ukuremerwa bivuye ku bintu biteye agahinda uhejejwe kumenyeshwa. Ishirahamwe ryacu rihejeje kumenyeshwa ko hariho ingingo ishobora gutuma impunzi z’abarundi hamwe n’abarondera ubuhungiro Continue reading Akamo ko gukingira impunzi z’abarundi hamwe n’abasaba ubuhungiro mu Buganda

IREKURWA RYA GÉNÉRAL ALAIN GUILLAUME BUNYONI : KUVA KU NGUVU Z’ITEGEKO TUJA KW’ITEGEKO RYO KU NGUVU

Icegeranyo gikorewe hamwe c’amashirahamwe abiri azwi neza mu guharanira agateka ka zina muntu gikora ku bisata shingiro mw’itunganywa ry’abanyagihugu muri rusangi cane cane hamwe no emu burongozi bw’amabohero. Dufatiye ku mwihwezo w’ibintu biboneka ariko atari na vyose abapfungwa babayemwo mu Continue reading IREKURWA RYA GÉNÉRAL ALAIN GUILLAUME BUNYONI : KUVA KU NGUVU Z’ITEGEKO TUJA KW’ITEGEKO RYO KU NGUVU

Uguhungura ku bushake impunzi z’abanyakongo bibwirizwa kunyaruka mu ntumbero yo gukingira agateka shingiro kabo,nk’uburenganzira ku ndero y’abana.

Mu ntumbero y’umugambi UMUSEKE,umuhari wo mu Burundi uharanira agateka ka zina muntu Iteka hamwe na King Umurundi Freedoom arabandanya barabandanya igikorwa cabo co gutohoza uko impunzi z’abanyakongo zahunze indyane mu buseruko bwa Repuburika iharanira demokarasi ya Kongo kandi zakiriwe mu Continue reading Uguhungura ku bushake impunzi z’abanyakongo bibwirizwa kunyaruka mu ntumbero yo gukingira agateka shingiro kabo,nk’uburenganzira ku ndero y’abana.

Mu ntumbero y’umusi mpuzamakungu wahariwe gushigikira abakorewe amabi yo kuborezwa igufa,umuhari Iteka uragaragaza ingendo iteye agahinda yo kuboreza igufa mu Burundi

Kuri uyu musi uri hejuru aho isi yose ihimbaza umusi mpuzamakungu wo gushigikira ababorejwe igufa, umuhari uharanira agateka ka zina muntu mu Burundi ITEKA urakebura kw’ikubagurwa haba iryo ku rukoba canke ku mutima riguma rikorwa,mbere riguma ryiyongera mu mabohero yo Continue reading Mu ntumbero y’umusi mpuzamakungu wahariwe gushigikira abakorewe amabi yo kuborezwa igufa,umuhari Iteka uragaragaza ingendo iteye agahinda yo kuboreza igufa mu Burundi

Umugwi w’igihugu ujejwe agateka ka zina muntu CNIDH ukwiye kongereza inguvu mu gukwirikirana igikorwa cukubahiriza agateka k’abanyororo

Umuhari Iteka warahamagawe nabapfungwa benshi muri iyi misi iheze hamwe n’abakozi bamwe bamwe b’amabohero ku gateka k’abanyororo kageze ahatemba.Ikibabaje cane nuko amakuru ava mu mabohero atandukanye yemeza ubuzima buteye agahinda mu mpande zose. Uno musi umuhari Iteka usabikanya uko vyifashe Continue reading Umugwi w’igihugu ujejwe agateka ka zina muntu CNIDH ukwiye kongereza inguvu mu gukwirikirana igikorwa cukubahiriza agateka k’abanyororo

Kw’iterabwoba ryakorewe Faustin Ndikumana, umuyobozi mukuru w’ishirahamwe ridaharanira inyungu za politike mu Burundi PARCEM

Umuhari ITEKA urashikiriza amakenga menshi kw’itotezwa riguma rikorerwa Faustin Ndikumana,umuyobozi mukuru w’ishirahamwe ridaharanira inyungu za politike mu Burundi PARCEM, ishirahamwe ridaharanira inyungu za politike,ryo mugihugu hagati ,ridahengeshanya gukebura abarongozi bo hejuru muri politike kuvyerekeye intwaro itabereye hamwe n’ubukene bukabije aho Continue reading Kw’iterabwoba ryakorewe Faustin Ndikumana, umuyobozi mukuru w’ishirahamwe ridaharanira inyungu za politike mu Burundi PARCEM

Leta y’Uburundi itegerezwa kurandurana n’imizi iterabwoba ryo kwica abantu hamwe n’ukugurura urubibe dusangiye n’Urwanda

Ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu mu Burundi Iteka rirarajwe ishinga n’ingaruka mbi ziterwa no kugara umupaka hagati y’u Rwanda n’u Burundi.Ingaruka z’iryo hitamwo rya Leta, rigabanya uruja n’uruza kw’ibicuruzwa n’abantu hagati y’ivyo bihugu vyompi, rigaragara cane mu karere ka Continue reading Leta y’Uburundi itegerezwa kurandurana n’imizi iterabwoba ryo kwica abantu hamwe n’ukugurura urubibe dusangiye n’Urwanda

Akamo kagira 7 : Uburenganzira bw’impunzi z’abarundi zavuye muri Tanzaniya butegerezwa kubahirizwa na Leta y’uBurundi hamwe na HCR.

Mu ntumbero y’umugambi UMUSEKE,amashirahamwe aharanira agateka ka zina muntu ,umuhari wo mu Burundi uharanira agateka ka zina muntu Iteka hamwe na King Umurundi Freedoom arabandanya atohoza uko impunzi z’abanyakongo zibayeho hamwe n’abarundi bahungutse bava mu gihugu ca Tanzaniya. Soma akamo