Icegeranyo Iteka n’Ijambo n°536
Iki cegeranyo cerekana uko agateka ka zina muntu mu Burundi muri ino ndwi yo kuva kuwa 20 gushika kuwa 26 Mukakaro 2026. Muri iki cegeranyo,umuhari Iteka uranihweza ibijanye n’umutekano,poritike,intwaro hamwe n’ubufasha. Kiranihweza kandi amabi yerekana ihonyangwa ry’agateka ka zina muntu Continue reading Icegeranyo Iteka n’Ijambo n°536