ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA Nyakanga 2026

Iki cegeranyo ca Nyakanga 2026 kigizwe n’uruvange rw’ivyegeranyo vyo kundwi kundwi Iteka n’ Ijambo kuva ku nomero 542 gushika ku 545.Iki cegeranyo cihweza uko agateka ka muntu kifashe.Kiragaruka ku burenganzira bw’abantu no muri poritike n’uburenganzira ku burunzi,imibano n’imico kama hamwe Continue reading ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA Nyakanga 2026→

ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA MYANDAGARO 2026

Iki cegeranyo c’ukwezi kwa Myandagaro 2026 kivuye mu ruvange rw’ivyegeranyo Iteka n’Ijambo vyo kundwi ku ndwi kuva kuri nomero 538 gushika kuri 541.Ico cegeranyo cihweza inyifato y’agateka ka zina muntu.Kiragaruka ku burenganzira bw’abantu no muri politike hamwe n’uburenganzira ku butunzi,imibano Continue reading ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA MYANDAGARO 2026→