ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI KUVA MU KWEZI KWA NDAMUKIZA GUSHIKA MURI RUHESHI 2026

Iki cegeranyo ku nyifato y’agateka ka zina muntu mu Burundi kuva Ndamukiza gushika Ruheshi 2026,kiranagaruka ku burenganzira bw’abantu no muri politike,hamwe no ku burenganzira bw’imibano,ubutunzi n’imico kama.Iki cegeranyo kirangizwa n’ugusezera hamwe n’ibisabwa. Gutyo, agateka ka zina muntu karasubiye inyuma bimwe Continue reading ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI KUVA MU KWEZI KWA NDAMUKIZA GUSHIKA MURI RUHESHI 2026

Icegeranyo Iteka n’Ijambo n°531

Iki cegeranyo cerekana inyifato y’agateka ka zina muntu mu Burundi mu ndwi yo ku wa 15-21 Ruheshi 2026.Muri iki cegeranyo,umuhari Iteka kirihweza kandi nk’ ivya politike,umutekano,ubutunzi,agateka ka zina muntu,ibidukikije,intwaro hamwe n’ ubutungane.Kiranasuzuma kandi ibintu biserura amabi abuza uburenganzira bw’abantu no Continue reading Icegeranyo Iteka n’Ijambo n°531