Icegeranyo Iteka n’Ijambo n°539
Iki cegeranyo cerekana uko agateka ka zina muntu kifashe mu Burundi mundwi yo kuva kuwa 10 gushika ku wa 16 Myandagaro 2026.Muri iki cegeranyo,umuhari Iteka uranihweza ivya poritike,umutekano,intwaro hamwe n’amagara.Kirasuzuma kandi ibintu vyerekana. Ihonyangwa ry’agateka ka zina muntu no muri Continue reading Icegeranyo Iteka n’Ijambo n°539