Icegeranyo Iteka n’Ijambo n°540
Iki cegeranyo cerekana uko agateka ka zina muntu kifashe mu Burundi mundwi yo kuva kuwa 17 gushika ku wa 23 Myandagaro 2026.Muri iki cegeranyo,umuhari Iteka uranihweza ivya poritike,umutekano,hamwe n’intwaro.Kirasuzuma kandi ibintu vyerekana ihonyangwa ry’agateka ka zina muntu no muri poritike Continue reading Icegeranyo Iteka n’Ijambo n°540