Icegeranyo Iteka n’Ijambo n°537
Iki cegeranyo cerekana inyifato y’agateka ka zina muntu mu Burundi mu ndwi yo kuva ku wa 27 Mukakaro gushika 02 Myandagaro 2026.Muri iki cegeranyo, umuhari Iteka kirihweza kandi nk’ ivya politike,umutekano, intwaro n’ubufasha. Kiranasuzuma kandi ibintu biserura amabi abuza uburenganzira Continue reading Icegeranyo Iteka n’Ijambo n°537