Icegeranyo Iteka n’Ijambo n°534
Iki cegeranyo cerekana inyifato y’agateka ka zina muntu mu Burundi mu ndwi yo ku wa 06-12 Mukakaro 2026. Muri iki cegeranyo, umuhari Iteka kirihweza kandi nk’ivya politike, umutekano, ubutunzi n’intwaro. Kiranasuzuma kandi ibintu biserura amabi abuza uburenganzira bw’abantu no muri Continue reading Icegeranyo Iteka n’Ijambo n°534