ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA Mukakaro 2026

Iki cegeranyo c’ukwezi kwa Mukakaro 2026 kivuye mu ruvange rw’ivyegeranyo vy’indwi Iteka n’ Ijambo kuva kuri nomero 533 gushika kuri nomero 537.Ico cegeranyo cihweza agateka ka zina muntu.Kiragaruka ku burenganzira bw’abantu no muri politike hamwe n’uburenganzira ku butunzi,imibano n’imico kama.Co kimwe n’uburenganzira bw’imigwi canecane uburenganzira bw’abana.Ico cegeranyo kirangiza mu mpera n’uguszera hamwe n’ibisabwa.

Gutyo,agateka k’abantu no muri politike muri kino cegeranyo co muri kuno kwezi kaboneka ugukwirikira: abantu 23 barishwe harimwo 12 batowe ibiziga bikwiragiye mu burere butandukanye,umuntu 1 baborejwe igufa,abantu 2 banyurujwe, abantu 20 bakorewe amabi afatiye ku gitsina harimwo abagore 17 n’abagabo 3. Muri abo bagore 17, harimwo 8 bafashwe ku nguvu muribo abana 7, abantu 12 barahagaritswe.Mu bakorewe amabi harimwo abagore 6 bishwe,abagore n’abakobwa 17 bakorewe amabi afatiye ku gitsina muribo 8 bashurashujwe.

Imbonerakure,abapolisi, abo mu ntwaro n’abasirikare hamwe n’abandi bantu batari kure y’abanywanyi b’
umugambwe uri ku butegetsi CNDD-FDD baradomwako urutoke nk’abikekwa ko menshi muri ayo mabi ku gateka ka zina muntu n’ubwicanyi.

Naho ababikoze bamwe bataramenyekana,ukuntu vyakozwe kenshi bisa n’ibikorwa n’iyo migwi yavuzwe. Soma icegeranyo

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

*