Icegeranyo Iteka n’Ijambo n°543
Iki cegeranyo cerekana uko agateka ka zina muntu kifashe mu Burundi mundwi yo kuva kuwa 7 gushika kuwa 13 Nyakanga 2026.Kirereka kandi iterambere ahanini ryibonekeje mu bisata nka poritike, umutekano,ibidukikije n’intwaro hamwe n’ibintubishobora kubangamira imibano, ubutunzi n’imico kama.Muri kino kiringo Continue reading Icegeranyo Iteka n’Ijambo n°543