Icegeranyo cindwi Iteka n’Ijambo n°541
Iki cegeranyo cerekana uko agateka ka zina muntu kifashe mu Burundi mundwi yo kuva kuwa 24 gushika ku wa 30 Myandagaro 2026.Muri iki cegeranyo,umuhari Iteka uranihweza ivya poritike,umutekano,hamwe n’intwaro. Kirasuzuma kandi ibintu vyerekana ihonyangwa ry’ agateka ka zina muntu no Continue reading Icegeranyo cindwi Iteka n’Ijambo n°541