Icegeranyo gikorewe hamwe c’amashirahamwe abiri azwi neza mu guharanira agateka ka zina muntu gikora ku bisata shingiro mw’itunganywa ry’abanyagihugu muri rusangi cane cane hamwe no emu burongozi bw’amabohero.
Dufatiye ku mwihwezo w’ibintu biboneka ariko atari na vyose abapfungwa babayemwo mu mabohero yo mu Burundi,icegeranyo gishira ahabona ubunenge bubiri buhonyanga umushinge shingiro w’amategeko yose y’Uburundi, nk’ibwirizwa shingiro ry’Uburundi hamwe n’ubu-renganzira mpuzamakungu ku gateka ka zina muntu, nko mugushiraho ingingo zubahiriza itegeko mu ntumbero yo kwaka uburenganzira umun-tu ku ruhande rumwe ,hamwe n’ugushira mungiro ku rugero rumwe itegeko kuri banyagihugu bose. Soma icegeranyo