Uburenganzira bwúguhunguka ku bushake bwímpunzi z’abanyakongo bubwirizwa kubahirizwa na Leta y’u Burundi hamwe na UNHCR
Mu ntumbero y’ümugambi UMUSEKE,amashirahamwe aharanira agateka ka zina muntu mu urundi, Iteka na King Umurundi Freedom abandanya atohoza uko impunzi z’abanyakongo zahunze intambara iri mu buseruko bwa RDC zimerewe. Soma akamo