Mu ntumbero y’umugambi UMUSEKE, amashirahamwe aharanira agateka ka zina muntu, umuhari uharanira agateka ka zina muntu mu Burundi Iteka na King Umurundi Freedom babandanya bagabisha ku nyifato y’umutekano uteye amakenga kenshi na kenshi ariryo soko ry’amabi menshi kandi bikazingamika iterambere ry’igihugu. Soma akamo