ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA NZERO 2026

Ico cegeranyo c’ukwezi kwa nzero 2026 kigizwe n’uruvange rw’ivyegeranyo vy’indwi Iteka n’ Ijambo kuva kuri nomero 508 gushika kuri nomero 511. Ico cegeranyo cihweza agateka ka zina muntu. Kiragaruka ku burenganzira bw’abantu no muri politike hamwe n’uburenganzira ku butunzi, imibano Continue reading ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA NZERO 2026

Icegeranyo Iteka n’Ijambo c’ukwezi kwa gitugutu 2025

Iki cegeranyo c’ukwezi kwa Gitugutu 2025 mu ruvange rw’ivyegeranyo vyo kundwi kundwi Iteka n’Ijambo nomero 494 gushika 489. Iki cegeranyo kigira umwihwezo wa politike, umutekano, ubutungane, intwaro, ugufashanya hamwe n’uwo ibidukikije vyaranze iki kiringo. Kiragaruka kandi ku gateka ka zina Continue reading Icegeranyo Iteka n’Ijambo c’ukwezi kwa gitugutu 2025

ABANA BAKIRI BATO, AHANINI BAKOREWE IVYAMFURAMBI N’URWARUKA RW’UMUGAMBWE URI KU BUTEGETSI MU BURUNDI

Mu mwaka wa 2024, umuhari Iteka watororokanije abantu bishwe bashika 447, harimwo 226 batowe ibiziga. Ku rundi ruhande, abantu 144 baratohojwe ko bakorewe amabi afatiye ku gitsina, hamwe n’abana bato 110 n’abagore 29 bafashwe ku nguvu. Vyongeye, haharurwa abantu 39 Continue reading ABANA BAKIRI BATO, AHANINI BAKOREWE IVYAMFURAMBI N’URWARUKA RW’UMUGAMBWE URI KU BUTEGETSI MU BURUNDI