Uburenganzira bw’uguhunguka ku bushake bw’impunzi z’abanyakongo bubwirizwa kubahirizwa na Reta y’uBurundi hamwe na HCR

Mu ntumbero y’umugambi UMUSEKE,amashirahamwe aharanira agateka ka zina muntu Ligue Iteka hamwe na Kingi Umurundi Freedom yarakwirikiranye yongera aratohoza uko abanyakongo bahunze intambara yo mu buseruko bwa Kongo inyuma yaho AFC-M23 na TWIGWANEHO bafatiye igisagara ca Uvira. Ugukwirikirana umurindi w’impunzi Continue reading Uburenganzira bw’uguhunguka ku bushake bw’impunzi z’abanyakongo bubwirizwa kubahirizwa na Reta y’uBurundi hamwe na HCR