Icegeranyo c’indwi Iteka n’Ijambo n°473

Iki cegeranyo cerekana ibihe vy’amarira vyaranze iyi ndwi ku gateka ka zina muntu hamwe no ku mutekano mu Burundi.

Kirihweza ivya politike,agateka ka zina muntu, umutekano hamwe n’ubutungane uko vyifashe muri ico
kiringo caco.

Kiraraba uburenganzira bw’abantu no muri politike,kigahereza mu gusozera.

Kuri ubwo, muri iki kiringo c’iyi ndwi,agateka ka zina muntu hamwe n’umutekano bimeze ugukwirikira :
abantu 8 barishwe harimwo imanyi yakorowe kubushake bwa mweneyo, 3 bishwe n’abakoreshwa na Reta,2 bishwe n’abataramenyekana hamwe na 2 bishwe kubera ivyo baheraniraniye. Iki cegeranyo kirashikiriza kandi ivy’abantu 2 baborejwe igufa, 4 bafashwe ku nguvu bakanakubagurwa bifatiye kugitsina, abantu 3 banyurujwe hamwe n’abahagaritswe bidakurikije amategeko benshi. Soma icegeranyo

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

*