Icegeranyo c’indwi Iteka n’Ijambo n°503

Iki cegeranyo cerekana inyifato y’agateka ka zina muntu mu Burundi mu ndwi yo kuva kw’igenekerezo rya 1-7 Kigarama 2025. Muri iki cegeranyo, umuhari iteka  urihweza kandi ishusho ya politike, umutekano, ubutungane, intwaro ibereye hamwe n’ibidukikije. Kiranihweza  ibintu vyerekana ihonyangwa ry’agateka Continue reading Icegeranyo c’indwi Iteka n’Ijambo n°503

Icegeranyo c’indwi Iteka n’Ijambo n°488

Iki cegeranyo cerekana uko agateka ka zina muntu kifashe mu Burundi muri iki kiringo c’indwi yo ku wa18-24/8/2025. Ikiringo caranzwe n’ibihe vy’imiyamamazo y’abitoreza ubuhanuzwajambo ku mutumba mu gihugu. Muri kino cegeranyo,umuhari iteka urihweza kandi ivya politike,ubutungane,intwaro hamwe n’umutekano. Uraraba kandi Continue reading Icegeranyo c’indwi Iteka n’Ijambo n°488