Amahugurwa ya gisirikare mu kigo kijejwe imbuto mu KIGARIKA kiri ku mutumba Ngarama, zone Ruyigi, komine Ruyigi mu ntara ya Buhumuza

Mu ntumbero y’umugambi UMUSEKE, amashirahamwe aharanira agateka ka zina muntu, umuhari uharanira agateka ka zina muntu mu Burundi Iteka na King Umurundi Freedom babandanya bagabisha ku nyifato y’umutekano uteye amakenga kenshi na kenshi ariryo soko ry’amabi menshi kandi bikazingamika iterambere Continue reading Amahugurwa ya gisirikare mu kigo kijejwe imbuto mu KIGARIKA kiri ku mutumba Ngarama, zone Ruyigi, komine Ruyigi mu ntara ya Buhumuza

Itangazo ry’umuhari Iteka kw’inyuruzwa n’iburwa irengero ry’umupfasoni Chadia Mukaremera, akorera CNIDH

Kuva kuwa 25 Ruhuhuma 2026, umupfasoni Chadia Mukaremera, ajejwe isuku mu murwi w’igihugu wigega ujejwe agateka ka zina muntu (CNIDH), aba muri karatiye Nyakabiga I, kw’ibarabara rya 13, muri komine Mukaza, mu ntara ya Bujumbura yarabuzwe irengero. Kubwo amasoko y’amakuru Continue reading Itangazo ry’umuhari Iteka kw’inyuruzwa n’iburwa irengero ry’umupfasoni Chadia Mukaremera, akorera CNIDH