Amahugurwa ya gisirikare mu kigo kijejwe imbuto mu KIGARIKA kiri ku mutumba Ngarama, zone Ruyigi, komine Ruyigi mu ntara ya Buhumuza

Mu ntumbero y’umugambi UMUSEKE, amashirahamwe aharanira agateka ka zina muntu, umuhari uharanira agateka ka zina muntu mu Burundi Iteka na King Umurundi Freedom babandanya bagabisha ku nyifato y’umutekano uteye amakenga kenshi na kenshi ariryo soko ry’amabi menshi kandi bikazingamika iterambere Continue reading Amahugurwa ya gisirikare mu kigo kijejwe imbuto mu KIGARIKA kiri ku mutumba Ngarama, zone Ruyigi, komine Ruyigi mu ntara ya Buhumuza

Itangazo ry’umuhari Iteka kw’inyuruzwa n’iburwa irengero ry’umupfasoni Chadia Mukaremera, akorera CNIDH

Kuva kuwa 25 Ruhuhuma 2026, umupfasoni Chadia Mukaremera, ajejwe isuku mu murwi w’igihugu wigega ujejwe agateka ka zina muntu (CNIDH), aba muri karatiye Nyakabiga I, kw’ibarabara rya 13, muri komine Mukaza, mu ntara ya Bujumbura yarabuzwe irengero. Kubwo amasoko y’amakuru Continue reading Itangazo ry’umuhari Iteka kw’inyuruzwa n’iburwa irengero ry’umupfasoni Chadia Mukaremera, akorera CNIDH

ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI KIRINGO CA NZERO –RUHUHUMA 2026

Hagati ya Nzero na Ruhuhuma 2026, uBurundi bwaraciye mu bihe vy’ingorane,vyaranzwe n’ihohoterwa  ry’agateka ka zina muntu rikomeye ryegekwa ku bakozi ba Leta canke ababegereye hamwe n’abandi bantu,ataguhanwa. Naho amashirahamwe yigenga yagerageje gushira ahabona ayo mabi,Leta yameze nk’iyitumva akamo k’ubutungane hamwe Continue reading ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI KIRINGO CA NZERO –RUHUHUMA 2026

ITANGAZO RY’UMUHARI ITEKA KU MUNSI MUKURU MPUZAMAKUNGU W’AGATEKA K’UMUKENYEZI : INDONGOZI NSHASHA ZITEGEREZWA GUSHIRA IMBERE AGATEKA K’UMUKENYEZI

Kuwa 08 Ntwarante ukwo umwaka utashe,isi yose irahimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe agateka k’umukenyezi,ushira imbere ukurwanira uburenganzira bw’umukenyezi na cane cane mu ntumbero yo gukuraho ubusumba sumbane bw’ibitsina. Umunsi mpuzamaku w’agateka k’umukenyezi woba watanguye mu myigaragamvyo y’abakenyezi mu ntango y’ikinjana ca Continue reading ITANGAZO RY’UMUHARI ITEKA KU MUNSI MUKURU MPUZAMAKUNGU W’AGATEKA K’UMUKENYEZI : INDONGOZI NSHASHA ZITEGEREZWA GUSHIRA IMBERE AGATEKA K’UMUKENYEZI

ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA RUHUHUMA 2026

Ico cegeranyo c’ukwezi kwa Ruhuhuma 2026 kigizwe n’uruvange rw’ivyegeranyo vy’indwi Iteka n’ Ijambo kuva kuri nomero 512 gushika kuri nomero 515. Ico cegeranyo cihweza agateka ka zina muntu.Kiragaruka ku burenganzira bw’abantu no muri politike hamwe n’uburenganzira ku butunzi, imibano n’imico Continue reading ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA RUHUHUMA 2026