Akamo 3 : Uburenganzira bw’impunzi z’Abanyakongo bwo gusubira mu gihugu cabo bubwirizwa kubahirizwa na Leta y’uBurundi hamwe na HCR

Mu ntumbero y’umugambi UMUSEKE, amashirahamwe aharanira agateka ka zina muntu,ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu Iteka na King Umurundi Freedom abandanya atohoza uko impunzi z’abanyakongo zahunze ingwano ya hungabanije ubuseruko bwa Repuburika iharanira demokarasi ya Kongo zimerewe. Mu rukwirikirane rw’akamo gaheruka1,ayo mashirahamwe 2 ahamagarira
abanyagihugu n’amakungu,cane cane abo muri Leta y’uBurundi, amashirahamwe y’ibihugu vyunze ubumwe,ubumwe bwa Afirika hamwe n’akarere k’ibiyaga binini, ku magorwa y’abana n’abagore b’impunzi z’abanyakongo,cane cane ,kabandanya gatituka mw’ikambi ya Busuma,hamwe no mu bindi birindiro biri mu Burundi. Izo ntambara ziteye agahinda zihagaze kuri ibi bintu bikurikira. Soma ibirimwo

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

*