Akamo 3 : Uburenganzira bw’impunzi z’Abanyakongo bwo gusubira mu gihugu cabo bubwirizwa kubahirizwa na Leta y’uBurundi hamwe na HCR

Mu ntumbero y’umugambi UMUSEKE, amashirahamwe aharanira agateka ka zina muntu,ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu Iteka na King Umurundi Freedom abandanya atohoza uko impunzi z’abanyakongo zahunze ingwano ya hungabanije ubuseruko bwa Repuburika iharanira demokarasi ya Kongo zimerewe. Mu rukwirikirane rw’akamo Continue reading Akamo 3 : Uburenganzira bw’impunzi z’Abanyakongo bwo gusubira mu gihugu cabo bubwirizwa kubahirizwa na Leta y’uBurundi hamwe na HCR

ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA NZERO 2026

Ico cegeranyo c’ukwezi kwa nzero 2026 kigizwe n’uruvange rw’ivyegeranyo vy’indwi Iteka n’ Ijambo kuva kuri nomero 508 gushika kuri nomero 511. Ico cegeranyo cihweza agateka ka zina muntu. Kiragaruka ku burenganzira bw’abantu no muri politike hamwe n’uburenganzira ku butunzi, imibano Continue reading ICEGERANYO C’UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI « ITEKA » KU NYIFATO Y’AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI MU KWEZI KWA NZERO 2026