Icegeranyo c’Indwi Iteka n’Ijambo n°510
Icocegeranyo cerekana uko agateka ka zina muntu kifashe mu Burundi mu ndwi yo kuva kuwa 15 gushika kuwa 21 Kigarama 2025. Muri iki cegeranyo, umuhari Iteka urihweza kandi ingorane za politike, izo gufasha abantu, umutekano, ubutungane hamwe n’intwaro. Kirihweza kandi Continue reading Icegeranyo c’Indwi Iteka n’Ijambo n°510