Icegeranyo Iteka n’Ijambo n°498
Iki cegeranyo cerekana uko agateka ka zina muntu kifashe mu Burundi muri iyindwi yo ku wa 27 Gitugutu-3 Munyonyo 2025. Muri iki cegeranyo, umuhari Iteka urihweza kandi ivya politike, umutekano, ubutungane, intwaro ubutunzi hamwe no gushigikirana. Kiranihweza kandi ibintu vyerekana Continue reading Icegeranyo Iteka n’Ijambo n°498