Icegeranyo c’indwi Iteka n’Ijambo n°495
Iki cegeranyo cerekana uko agateka ka zina muntu kifashe mu Burundi muri iyi ndwi yo ku wa 6-12 Gitugutu 2025. Muri ico cegeranyo,umuhari Iteka urihweza kandi ivya politike, ubutungane n’intwaro. Urihweza kandi ibintu vyerekana amabi yo ku gateka ka zina Continue reading Icegeranyo c’indwi Iteka n’Ijambo n°495