Icegeranyo c’indwi Iteka n’Ijambo n°473
Iki cegeranyo cerekana ibihe vy’amarira vyaranze iyi ndwi ku gateka ka zina muntu hamwe no ku mutekano mu Burundi. Kirihweza ivya politike,agateka ka zina muntu, umutekano hamwe n’ubutungane uko vyifashe muri ico kiringo caco. Kiraraba uburenganzira bw’abantu no muri politike,kigahereza Continue reading Icegeranyo c’indwi Iteka n’Ijambo n°473