Icegeranyo c’indwi Iteka n’Ijambo n°469
Iki cegeranyo cerekana ukuntu agateka ka zina muntu hamwe n’umutekano bigeze ahatemba mu Burundi. Haharurwa abantu 6 bapfuye, bose batowe ibiziga. Vyongeye, umuntu umwe yaranyurujwe, 2 baraborejwe igufa, 5 bahuye n’ihohoterwa rifatiye ku gitsina harimwo 3 bafashwe ku nguvu b’abana Continue reading Icegeranyo c’indwi Iteka n’Ijambo n°469