Icegeranyo c’indwi Iteka n’Ijambo n°468

Iki cegeranyo cerekena agateka ka zina muntu n’umutekano bigeze ahatemba mu Burundi.Haharurwa
abantu 4 bapfuye,umwe yanyurujwe, umwe yaborejwe igufa na 3 bahuye n’ihohoterwa rifatiye ku gitsina.

Agateka k’abantu no muri politike, imibano n’ubutunzi hamwe n’imico kama navyonyene birihwezwa
muri kino cegeranyo. Umwihwezo wa politike, ubutungane n’umutekano navyo barabitubarira muri kino
cegeranyo.

Imbonerakure, abapolisi n’abatware bagirizwa kuba mubikekwako ayo mabi yo guhonyanga agateka ka
zina muntu. Soma icegeranyo

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

*