Icegeranyo c’indwi Iteka n’Ijambo n°489
Iki cegeranyo cerekana uko agateka ka zina muntu kifashe mu Burundi mu ndwi yo ku wa 25-31/8/2025. Ikirigo caranzwe n’amatora y’abajenama bo ku mutumutumba mu gihugu. Muri iki cegeranyo,umuhari iteka urihweza kandi ishusho ya politike, ubutungane hamwe n’umutekano. Kiraraba kandi Continue reading Icegeranyo c’indwi Iteka n’Ijambo n°489