UMUHARI UHARANIRA AGAYEKA KA ZINA MUNTU WO MU BURUNDI « ITEKA »
Ryemejwe n’itegeko shikiranganji inomero 530/0273 ryo kuwa 10 Munyonyo 1994 risubiramwo itegeko nomero 550/029 ryo kuwa 6 Ruhuhuma 1991
« Ni umunywanyi ishirahamwe mpuza bihugu vyo muri Afirika vyegwa n’agateka ka zina muntu, ni umunywani akorana n’urunani mpuzamakungu rw’amashirahamwe aharanira agateka ka zina muntu, rifise akaranga ko kwihweza imbere y’umugwi wa Afirika uharanira agateka ka ka zina muntu kuri nomaro iyerekana OBS.236 kandi ni umunywanyi wa ECOSOC.»
Icegeranyo coku mezi atatu c’umuhari uharanira agateka ka zina Muntu mu Burundi « ITEKA »