Icegeranyo c’indwi Iteka n’Ijambo n°471

Ico cegeranyo cerekana igihe kiraje ishinga agateka ka zina muntu hamwe n’umutekano mu Burundi muri iki gihe dutera twerekeza mu matora y’abaduserukira hamwe n’abajenama b’ama komine ategekanijwe kuwa 5Ruheshi haza. Kirerekana ishusho ya politike irangwa n’ubunenge bwinshi. Haharugwa abantu 13 Continue reading Icegeranyo c’indwi Iteka n’Ijambo n°471