{"id":9983,"date":"2026-07-25T20:13:50","date_gmt":"2026-07-25T18:13:50","guid":{"rendered":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/?p=9983"},"modified":"2026-07-25T20:13:50","modified_gmt":"2026-07-25T18:13:50","slug":"icegeranyo-iteka-nijambo-n535","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2026\/07\/25\/icegeranyo-iteka-nijambo-n535\/","title":{"rendered":"Icegeranyo Iteka n&#8217;Ijambo n\u00b0535"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: justify;\">Iki cegeranyo cerekana inyifato y\u2019agateka ka zina muntu mu Burundi mu ndwi yo ku wa 13-19 Mukakaro 2026.Muri iki cegeranyo, umuhari Iteka kirihweza kandi nk\u2019 ivya politike,ubutungane,umutekano n\u2019 ibidukikije.Kiranasuzuma kandi ibintu biserura amabi abuza uburenganzira bw\u2019abantu no muri politike, hamwe n\u2019 uburenganzira ku butunzi,imibano, n\u2019imico kama.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ihonyangwa ry\u2019agateka ka zina muntu ryabonetse kandi ryatohojwe n\u2019umuhari Iteka ameze ugukwirikira muri kino kiringo : n\u2019imiburuburi abantu 7 bishwe harimwo 2 batowe ibiziga, 2 biyahuye, 8 bahitanywe n\u2019isanganya mugihe c\u2019igikorane ca Kanguka.Mubantu bishwe,harimwo umwana yapfuye mu bintu bikirimwo agapfungu vyotuma bibaza ko yishwe.Abantu 6 bakorewe amabi afatiye ku gitsina harimwo 4 bashurashujwe bagizwe n\u2019abana 3 hamwe n\u2019umugore akuze.Vyongeye umuntu 1 yarahagaritswe biciye kubiri n\u2019amategeko.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Imbonerakure z\u2019umugambwe uri ku butegetsi CNDD-FDD,abaporisi hamwe n\u2019abatware nibo bagirizwa kuba kw\u2019 isonga ry\u2019 abahonyanga agateka ka zina muntu. <a href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/wp-content\/uploads\/2026\/07\/Icegeranyo-iteka-n-ijambo-535.pdf\">Soma icegeranyo<\/a><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Iki cegeranyo cerekana inyifato y\u2019agateka ka zina muntu mu Burundi mu ndwi yo ku wa 13-19 Mukakaro 2026.Muri iki cegeranyo, umuhari Iteka kirihweza kandi nk\u2019 ivya politike,ubutungane,umutekano n\u2019 ibidukikije.Kiranasuzuma kandi ibintu biserura amabi abuza uburenganzira bw\u2019abantu no muri politike, hamwe <a class=\"more-link\" href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2026\/07\/25\/icegeranyo-iteka-nijambo-n535\/\">Continue reading <span class=\"screen-reader-text\">  Icegeranyo Iteka n&#8217;Ijambo n\u00b0535<\/span><span class=\"meta-nav\">&rarr;<\/span><\/a><\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"om_disable_all_campaigns":false,"footnotes":""},"categories":[46],"tags":[],"class_list":["post-9983","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-bulletin-rn"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9983","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=9983"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9983\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":9984,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9983\/revisions\/9984"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=9983"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=9983"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=9983"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}