{"id":9905,"date":"2026-07-12T04:22:08","date_gmt":"2026-07-12T02:22:08","guid":{"rendered":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/?p=9905"},"modified":"2026-07-12T04:22:29","modified_gmt":"2026-07-12T02:22:29","slug":"icegeranyo-cumuhari-uharanira-agateka-ka-zina-muntu-mu-burundi-iteka-ku-nyifato-yagateka-ka-zina-muntu-mu-burundi-kiringo-ca-rusama-ruheshi-2026","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2026\/07\/12\/icegeranyo-cumuhari-uharanira-agateka-ka-zina-muntu-mu-burundi-iteka-ku-nyifato-yagateka-ka-zina-muntu-mu-burundi-kiringo-ca-rusama-ruheshi-2026\/","title":{"rendered":"ICEGERANYO C\u2019UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI \u00ab ITEKA \u00bb KU NYIFATO Y\u2019AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI KIRINGO CA RUSAMA \u2013RUHESHI 2026"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: justify;\">Muri mezi ya Rusama na Ruheshi 2026,Uburundi bwaciiye mu bihe bibabaje birangwa n\u2019ihonyangwa rikabije ry\u2019agateka ka zina muntu ryagirizwa Reta hamwe n\u2019abandi bantu bacuditse cane n\u2019umugambwe uri ku butegetsi.Mu cuka c\u2019ukudahana, abaharanira agateka ka zina muntu,naho babirwanya,biragorana ko bayumvira. Utwigoro bakora mugushira ahabona ayo mabi ni utwubusa uravye akagama ka Reta,yirengagiza akamo iterwa kayikeburira gukoresha ubutungane n\u2019ugukora amatohoza akomeye.Umuhari iteka ,nk\u2019uwakwirikiranye intambwe kuyindi inyifato y\u2019agateka ka zina muntu mu gihugu ku rubuga,waharuye abantu 42 bishwe muri kino kiringo. Iruhande,ukunyuruzwa no kubuza irengero vyarateye amakenga cane,ku ncuro 7 zahitanye abantu 9. Abatavuga rumwe na Reta,abanywanyi b\u2019amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike hamwe n\u2019abasirikare bari mu gisirikare bari mukaruhuko ko muza bukuru nibo baguma bahamwa n\u2019abarongozi,bakora ibishoboka cose kugira babuze kuvuga abatabuyoboka bose,bigatuma gutyo bashaka ko umuntu wese yinjira mu mugambwe uri ku butegetsi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ivyo bikorwa vyo kuburabuza kenshi bikorwa n\u2019abajejwe umutekano canke akagwi k\u2019imboerakure,zegereye ubutegetsi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Uko kunyuruza gusiga imiryango mu kangaratete n\u2019umwiheburo,ata nkuru z\u2019 ababo.Ico cuka caranaranzwe n\u2019 ibikorwa vy\u2019ikubagurwa,umuhari Iteka watohoje abanyurujwe 6 mu ntara ya Gitega,aho incuro 3 zari zaharuwe ,hamwe n\u2019i Burunga,aho abantu 2 bagize ayo makuba,hamwe na Bujumbura ,ku muntu 1 ari mu bahoze ari abasirikare bakukurutse.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ku rundi ruhande,muri kino kiringo,abantu 21 bakorewe amabi afatiye ku gitsina baratohojwe. Muri abo,abantu 13 barafashwe ku nguvu, muribo abana 10.Intara ya Buruga yaje kw\u2019isonga ku bantu benshi bakorewe amabi nk\u2019ayo bavuzwe,bakwiza incuro 9, hagakwirikira Butanyerera ku ncuro 6,Gitega ku bakorewe amabi 4, na Bujumbura 2. Imbonerakure,hamwe n\u2019abakozi bo muntwaro, hamwe n\u2019abapolisi,barabonetse ahanini nk\u2019abantu bagirizwa ubwo bubisha ahanini.Mu gusozera,umuhari Iteka waranaharuye abantu 6 bahagaritswe biciye kubirna amategeko: hakozweko 2 mu ntara ya Burunga na Gitega,hamwe n\u20191mu ntara za Buhumuza na Bujumbura. <a href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/wp-content\/uploads\/2026\/07\/KU-GICANIRO-RUSAMA-RUHESHI-2026.pdf\">Soma icegeranyo<\/a><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Muri mezi ya Rusama na Ruheshi 2026,Uburundi bwaciiye mu bihe bibabaje birangwa n\u2019ihonyangwa rikabije ry\u2019agateka ka zina muntu ryagirizwa Reta hamwe n\u2019abandi bantu bacuditse cane n\u2019umugambwe uri ku butegetsi.Mu cuka c\u2019ukudahana, abaharanira agateka ka zina muntu,naho babirwanya,biragorana ko bayumvira. Utwigoro <a class=\"more-link\" href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2026\/07\/12\/icegeranyo-cumuhari-uharanira-agateka-ka-zina-muntu-mu-burundi-iteka-ku-nyifato-yagateka-ka-zina-muntu-mu-burundi-kiringo-ca-rusama-ruheshi-2026\/\">Continue reading <span class=\"screen-reader-text\">  ICEGERANYO C\u2019UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI \u00ab ITEKA \u00bb KU NYIFATO Y\u2019AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI KIRINGO CA RUSAMA \u2013RUHESHI 2026<\/span><span class=\"meta-nav\">&rarr;<\/span><\/a><\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"om_disable_all_campaigns":false,"footnotes":""},"categories":[47],"tags":[],"class_list":["post-9905","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-rapport"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9905","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=9905"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9905\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":9907,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9905\/revisions\/9907"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=9905"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=9905"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=9905"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}