{"id":9846,"date":"2026-07-04T06:04:23","date_gmt":"2026-07-04T04:04:23","guid":{"rendered":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/?p=9846"},"modified":"2026-07-04T06:05:37","modified_gmt":"2026-07-04T04:05:37","slug":"icegeranyoku-nyifato-yagateka-ka-zina-muntu-mu-burundi-co-mugihe-buca-haba-amatora-yumukuru-wigihugu","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2026\/07\/04\/icegeranyoku-nyifato-yagateka-ka-zina-muntu-mu-burundi-co-mugihe-buca-haba-amatora-yumukuru-wigihugu\/","title":{"rendered":"ICEGERANYOKU NYIFATO Y\u2019AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI CO MUGIHE BUCA HABA AMATORA Y\u2019UMUKURU W\u2019IGIHUGU"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: justify;\">Mu mezi yakurikiye amatora yo muri Ruheshi,uBurundi bwarahuye n\u2019ibibazo vya poritike vyaranzwe n\u2019uruyeri n\u2019ubunyonyezi.Mu bakuru b\u2019imitumbaCNDD-FDD yatwaye intebe zose,ku bahanuzi ba komine n\u2019abashingamateka,Umugwi wigenga ujejwe amatora ku rwego rw\u2019igihugu(CENI) wamenyesha ivyavuyemwo ku bice 96,51% vyiharijwe na CNDD-FDD,n\u2019aho batabihurizako n\u2019abatavugarumwe na Reta.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Nubwo hari haje amahoro asa n&#8217;ayigaragaza, ivyago vyari ku batavuga rumwe n\u2019ubutegetsi vyagumye bitera impungenge. Abanyagihugu babayeho mu bwoba bw\u2019urutavanako kubera ibihuha vyo kunyagwa amatongo bikorerwa na CNDD-FDD. Kuva muri muri Mukakaro gushika muri Nyakanga,ibintu vyarunyutse hasubiriye gutorwa Daniel G\u00e9lase Ndabirabe,bigatera ibintu vyateye bikomera.Amabi ya poritike yagumye yibonekeza,kandi ubunenge bwibonekeje mu matora yo ku mutumba yasize igihengeri c\u2019uguhemukirwa mu matora. <a href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/wp-content\/uploads\/2026\/07\/Icegeranyo-ruheshi-2025-rusama-2026.pdf\">Soma icegeranyo<\/a><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mu mezi yakurikiye amatora yo muri Ruheshi,uBurundi bwarahuye n\u2019ibibazo vya poritike vyaranzwe n\u2019uruyeri n\u2019ubunyonyezi.Mu bakuru b\u2019imitumbaCNDD-FDD yatwaye intebe zose,ku bahanuzi ba komine n\u2019abashingamateka,Umugwi wigenga ujejwe amatora ku rwego rw\u2019igihugu(CENI) wamenyesha ivyavuyemwo ku bice 96,51% vyiharijwe na CNDD-FDD,n\u2019aho batabihurizako n\u2019abatavugarumwe na <a class=\"more-link\" href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2026\/07\/04\/icegeranyoku-nyifato-yagateka-ka-zina-muntu-mu-burundi-co-mugihe-buca-haba-amatora-yumukuru-wigihugu\/\">Continue reading <span class=\"screen-reader-text\">  ICEGERANYOKU NYIFATO Y\u2019AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI CO MUGIHE BUCA HABA AMATORA Y\u2019UMUKURU W\u2019IGIHUGU<\/span><span class=\"meta-nav\">&rarr;<\/span><\/a><\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"om_disable_all_campaigns":false,"footnotes":""},"categories":[47],"tags":[],"class_list":["post-9846","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-rapport"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9846","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=9846"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9846\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":9851,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9846\/revisions\/9851"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=9846"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=9846"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=9846"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}