{"id":9599,"date":"2026-05-12T05:43:26","date_gmt":"2026-05-12T03:43:26","guid":{"rendered":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/?p=9599"},"modified":"2026-05-12T05:46:36","modified_gmt":"2026-05-12T03:46:36","slug":"icegeranyo-cumuhari-uharanira-agateka-ka-zina-muntu-mu-burundi-iteka-ku-nyifato-yagateka-ka-zina-muntu-mu-burundi-kiringo-ca-ntwarante-ndamukiza-2026","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2026\/05\/12\/icegeranyo-cumuhari-uharanira-agateka-ka-zina-muntu-mu-burundi-iteka-ku-nyifato-yagateka-ka-zina-muntu-mu-burundi-kiringo-ca-ntwarante-ndamukiza-2026\/","title":{"rendered":"ICEGERANYO C\u2019UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI \u00ab ITEKA \u00bb KU NYIFATO Y\u2019AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI KIRINGO CA NTWARANTE \u2013NDAMUKIZA 2026"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: justify;\">Muri Ntwarante na Ndamukiza 2026,Uburundi bwaranzwe n\u2019ihonyanngwa rikabije ry\u2019agateka ka zina muntu.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ryagirizwa Reta hamwe n\u2019abandi bantu bacuditse cane n\u2019umugambwe uri ku butegetsi.Mu cuka c\u2019 ukudahana, abaharanira agateka ka zina muntu,naho babirwanya,biragorana ko bayumvira. Utwigoro bakora mugushira ahabona ayo mabi ni utwubusa uravye akagama ka Reta,yirengagiza akamo iterwa kayikeburira gukoresha ubutungane n\u2019ugukora amatohoza akomeye.Umuhari iteka ,nk\u2019uwakwirikiranye intambwe kuyindi inyifato y\u2019agateka ka zina muntu mu gihugu nahobitoroshe ku rubuga,waharuye abantu 72 bishwe muri kino kiringo harimwo 31 batowe ibiziga mu burere butandukanye bw\u2019igihugu.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Iruhande,ukunyuruzwa no kubuza irengero vyarateye amakenga cane,ku bantu 9 vyabayeko mu gacerere bigasiga agahinda mu miryango yabo.Amajambo aca inkokora arazunguruka,avuga ko ifatwa ry\u2019abantu bafata ko batavuga rumwe na reta bikekwa ko batemeye kwinjira umugambwe uri kubutegetsi,rikorwa n\u2019 abajejwe umutekano canke urwaruka rw\u2019Imbonerakure,zifadikanije n\u2019ubutehetsi.<br \/>\nUko kuburwa irengero kwasiga imiryango mu kangaratete hamwe n\u2019umwiheburo mwinshi,ata kiyambu c\u2019ababo bakunda.Icuka kandi caranzwe n\u2019ibikorwa vy\u2019ukuboreza igufa abantu,umuhari Iteka umenyesha abantu 5 babikorewe mu ntara ya Gitega,aho haharuwe 2,na Burunga,aho abantu 3 aribo bakozweko n\u2019 uko gufatwa bunyamaswa.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Muri ico kiringo nyene,abantu 29 barakorewe amabi afatiye ku gitsina nabo nyene baratohojwe.Muribo,22 bafashwe ku nguvu,harimwo 20 b\u2019abana canke abakobwa bari musi y\u2019imyaka 18.Imbonerakure, hamwe n\u2019abo mu ntwaro n\u2019abapolisi,baravuzwe kenshi nk\u2019abikekwako ubwo bunyamaswa.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mu gusozera,umuhari Iteka waranavuze abantu 4 bahagaritswe biciye ku biri n\u2019amategeko:<br \/>\n3 iButanyerera n\u2019umwe mu Buhumuza. <a href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/wp-content\/uploads\/2026\/05\/ICEGERANYO-NTWARANTE-NDAMUKIZA-2026.pdf\">Soma icegeranyo<\/a><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Muri Ntwarante na Ndamukiza 2026,Uburundi bwaranzwe n\u2019ihonyanngwa rikabije ry\u2019agateka ka zina muntu. Ryagirizwa Reta hamwe n\u2019abandi bantu bacuditse cane n\u2019umugambwe uri ku butegetsi.Mu cuka c\u2019 ukudahana, abaharanira agateka ka zina muntu,naho babirwanya,biragorana ko bayumvira. Utwigoro bakora mugushira ahabona ayo mabi <a class=\"more-link\" href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2026\/05\/12\/icegeranyo-cumuhari-uharanira-agateka-ka-zina-muntu-mu-burundi-iteka-ku-nyifato-yagateka-ka-zina-muntu-mu-burundi-kiringo-ca-ntwarante-ndamukiza-2026\/\">Continue reading <span class=\"screen-reader-text\">  ICEGERANYO C\u2019UMUHARI UHARANIRA AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI \u00ab ITEKA \u00bb KU NYIFATO Y\u2019AGATEKA KA ZINA MUNTU MU BURUNDI KIRINGO CA NTWARANTE \u2013NDAMUKIZA 2026<\/span><span class=\"meta-nav\">&rarr;<\/span><\/a><\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"om_disable_all_campaigns":false,"footnotes":""},"categories":[47],"tags":[],"class_list":["post-9599","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-rapport"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9599","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=9599"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9599\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":9600,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9599\/revisions\/9600"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=9599"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=9599"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=9599"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}