{"id":8821,"date":"2025-11-19T04:39:57","date_gmt":"2025-11-19T03:39:57","guid":{"rendered":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/?p=8821"},"modified":"2025-11-19T04:39:57","modified_gmt":"2025-11-19T03:39:57","slug":"icegeranyo-iteka-nijambo-cukwezi-kwa-gitugutu-2025","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2025\/11\/19\/icegeranyo-iteka-nijambo-cukwezi-kwa-gitugutu-2025\/","title":{"rendered":"Icegeranyo Iteka n&#8217;Ijambo c&#8217;ukwezi kwa gitugutu 2025"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: justify;\">Iki cegeranyo c\u2019ukwezi kwa Gitugutu 2025 mu ruvange rw\u2019ivyegeranyo vyo kundwi kundwi Iteka n\u2019Ijambo nomero 494 gushika 489. Iki cegeranyo kigira umwihwezo wa politike, umutekano, ubutungane, intwaro, ugufashanya hamwe n\u2019uwo ibidukikije vyaranze iki kiringo. Kiragaruka kandi ku gateka ka zina muntu no muri politike hamwe no ku burenganzira ku butunzi, imibano n\u2019imico kama. Iki cegeranyo kirangizwa munyuma n\u2019incamake hamwe n\u2019impanuro.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Kuri ubwo, inyifayo y\u2019agateka ka zina muntu no muri politike muri kino kiringo c\u2019iki cegeranyo imeze ugukwirikira : abantu 37 barishwe harimwo 27 batowe ibiziga, umuntu 1yaraborejwe igufa, abantu 9 babuzwe irengero harimwo umwe yasubiriye kuboneka, 11 barahohotewe bifatiye ku gitsina harimwo abakobwa 7 bafashwe kunguvu muribo abana 6 abandi bantu 48 barahagaritswe kandi barapfungwa biciye kubiri n\u2019amategeko. Twomenyesha ko muri abo bantu bahagaritswe harimwo 40 bahagaritswe mugihe c\u2019isaka iBujumbura muri karatiye Rumuri \u201cIyahoze ari Nyakabiga\u201d kandi bapfungiwe muri \u201cBSR\u201d.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Imbonerakure, abapolisi, abo muntwaro hamwe n\u2019abo mw\u2019igendereza n\u2019abasirikare baradomwako urutoke nk\u2019abikekwako menshi muri ayo mabi y\u2019ihohoterwa ry\u2019agateka ka zina muntu n\u2019ubwicanyi. <a href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/wp-content\/uploads\/2025\/11\/Icegeranyo-c-ukwezi-kwa-gitugutu-2025.pdf\">Soma icegeranyo<\/a><\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Iki cegeranyo c\u2019ukwezi kwa Gitugutu 2025 mu ruvange rw\u2019ivyegeranyo vyo kundwi kundwi Iteka n\u2019Ijambo nomero 494 gushika 489. Iki cegeranyo kigira umwihwezo wa politike, umutekano, ubutungane, intwaro, ugufashanya hamwe n\u2019uwo ibidukikije vyaranze iki kiringo. Kiragaruka kandi ku gateka ka zina <a class=\"more-link\" href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2025\/11\/19\/icegeranyo-iteka-nijambo-cukwezi-kwa-gitugutu-2025\/\">Continue reading <span class=\"screen-reader-text\">  Icegeranyo Iteka n&#8217;Ijambo c&#8217;ukwezi kwa gitugutu 2025<\/span><span class=\"meta-nav\">&rarr;<\/span><\/a><\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"om_disable_all_campaigns":false,"footnotes":""},"categories":[47],"tags":[],"class_list":["post-8821","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-rapport"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/8821","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=8821"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/8821\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":8822,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/8821\/revisions\/8822"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=8821"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=8821"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=8821"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}