{"id":8762,"date":"2025-10-27T11:42:59","date_gmt":"2025-10-27T10:42:59","guid":{"rendered":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/?p=8762"},"modified":"2025-10-27T11:42:59","modified_gmt":"2025-10-27T10:42:59","slug":"icegeranyo-cindwi-iteka-nijambo-n495","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2025\/10\/27\/icegeranyo-cindwi-iteka-nijambo-n495\/","title":{"rendered":"Icegeranyo c&#8217;indwi Iteka n&#8217;Ijambo n\u00b0495"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: justify;\">Iki cegeranyo cerekana uko agateka ka zina muntu kifashe mu Burundi muri iyi ndwi yo ku wa 6-12 Gitugutu 2025. Muri ico cegeranyo,umuhari Iteka urihweza kandi ivya politike, ubutungane n\u2019intwaro. Urihweza kandi ibintu vyerekana amabi yo ku gateka ka zina muntu hamwe na politike, uburenganzira ku mibano-ubutunzi hamwe n\u2019imico kama utibagiye uburenganzira bw\u2019imigwi canecane uburenganzira bw\u2019abana.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Amabi akorerwa agateka ka zina muntu yabonetse kandi yatohojwe n\u2019umuhari Iteka amezeugukwirikira\u00a0: n\u2019imiburiburi abantu 5 bishwe bose batowe ibiziga, abantu 4 bafashwe ku nguvu harimwo 1 yafashwe ku nguvu hamwe na 4 bahagaritswe biciye kubiri n\u2019amategeko.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Muri abo harimwo umugore yishwe,abana 3 bafashwe kunguvu hamwe n\u2019abavuga butumwa 4 bahagaritswe biciye kubiri n\u2019amategeko. Umugore 1 yanyurujwe kandi yavuzwe mu cegeranyo co mundwi iheze yaratowe<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Imbonerakure z\u2019umugambwe uri ku butegetsi CNDD-FDD, abakozi b\u2019igendereza, abapolisi hamwe n\u2019abo mu ntwaro baragirizwa kuba ahanini aribo bagirizwa ayo mabi akorerwa agateka ka zina muntu. <a href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/wp-content\/uploads\/2025\/10\/Icegeranyo-iteka-n-ijambo-495.pdf\">Soma icegeranyo<\/a><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Iki cegeranyo cerekana uko agateka ka zina muntu kifashe mu Burundi muri iyi ndwi yo ku wa 6-12 Gitugutu 2025. Muri ico cegeranyo,umuhari Iteka urihweza kandi ivya politike, ubutungane n\u2019intwaro. Urihweza kandi ibintu vyerekana amabi yo ku gateka ka zina <a class=\"more-link\" href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2025\/10\/27\/icegeranyo-cindwi-iteka-nijambo-n495\/\">Continue reading <span class=\"screen-reader-text\">  Icegeranyo c&#8217;indwi Iteka n&#8217;Ijambo n\u00b0495<\/span><span class=\"meta-nav\">&rarr;<\/span><\/a><\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"om_disable_all_campaigns":false,"footnotes":""},"categories":[46],"tags":[],"class_list":["post-8762","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-bulletin-rn"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/8762","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=8762"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/8762\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":8763,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/8762\/revisions\/8763"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=8762"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=8762"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=8762"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}