{"id":8614,"date":"2025-09-03T15:48:48","date_gmt":"2025-09-03T13:48:48","guid":{"rendered":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/?p=8614"},"modified":"2025-09-03T15:48:48","modified_gmt":"2025-09-03T13:48:48","slug":"icegeranyo-cindwi-iteka-nijambo-n488","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2025\/09\/03\/icegeranyo-cindwi-iteka-nijambo-n488\/","title":{"rendered":"Icegeranyo c&#8217;indwi Iteka n&#8217;Ijambo n\u00b0488"},"content":{"rendered":"<p>Iki cegeranyo cerekana uko agateka ka zina muntu kifashe mu Burundi muri iki kiringo c\u2019indwi yo ku wa18-24\/8\/2025. Ikiringo caranzwe n\u2019ibihe vy\u2019imiyamamazo y\u2019abitoreza ubuhanuzwajambo ku mutumba mu gihugu. Muri kino cegeranyo,umuhari iteka urihweza kandi ivya politike,ubutungane,intwaro hamwe n\u2019umutekano. Uraraba kandi ibintu bigaragaza ihohoterwa ry\u2019agateka ka zina muntu no muri politike hamwe n\u2019uburenganzira ku mibano-ubutunzi be n&#8217;imico kama.<\/p>\n<p>Amabi ku gateka ka zina muntu yabonywe kandi yatohojwe n\u2019umuhari Iteka ameze ugukwitikira : n\u2019imiburiburi abantu 5 barishwe, bose batowe ibiziga mu burere butandukanye,abantu 2 baborejwe igufa, 3 bakorewe amahohoterwa afatiye ku gitsina harimwo 2 bafashwe ku nguvu haamwe na 1 yahohotewe n\u2019uwo bubakanye hamwe n\u2019abantu 8 bahagaritswe biciye kubiri n\u2019amategeko. Twovuga umugore 1 yanyurujwe mu Ruyigi bigateshwa kubera abantu babibonye.<\/p>\n<p>Ahanini abikekwako ayo mabi ni abantu bo mu ntwaro,abapolisi hamwe n\u2019urwaruka rw\u2019Imbonerakure z\u2019umugambwe uri ku butegetsi, CNDD-FDD. Soma icegeranyo<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Iki cegeranyo cerekana uko agateka ka zina muntu kifashe mu Burundi muri iki kiringo c\u2019indwi yo ku wa18-24\/8\/2025. Ikiringo caranzwe n\u2019ibihe vy\u2019imiyamamazo y\u2019abitoreza ubuhanuzwajambo ku mutumba mu gihugu. Muri kino cegeranyo,umuhari iteka urihweza kandi ivya politike,ubutungane,intwaro hamwe n\u2019umutekano. Uraraba kandi <a class=\"more-link\" href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2025\/09\/03\/icegeranyo-cindwi-iteka-nijambo-n488\/\">Continue reading <span class=\"screen-reader-text\">  Icegeranyo c&#8217;indwi Iteka n&#8217;Ijambo n\u00b0488<\/span><span class=\"meta-nav\">&rarr;<\/span><\/a><\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"om_disable_all_campaigns":false,"footnotes":""},"categories":[46],"tags":[],"class_list":["post-8614","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-bulletin-rn"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/8614","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=8614"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/8614\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":8615,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/8614\/revisions\/8615"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=8614"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=8614"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=8614"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}