{"id":10206,"date":"2026-08-03T02:17:53","date_gmt":"2026-08-03T00:17:53","guid":{"rendered":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/?p=10206"},"modified":"2026-09-28T02:42:53","modified_gmt":"2026-09-28T00:42:53","slug":"icegeranyo-iteka-nijambo-n537","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2026\/08\/03\/icegeranyo-iteka-nijambo-n537\/","title":{"rendered":"Icegeranyo Iteka n&#8217;Ijambo n\u00b0537"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: justify;\">Iki cegeranyo cerekana inyifato y\u2019agateka ka zina muntu mu Burundi mu ndwi yo kuva ku wa 27 Mukakaro gushika 02 Myandagaro 2026.Muri iki cegeranyo, umuhari Iteka kirihweza kandi nk\u2019 ivya politike,umutekano, intwaro n\u2019ubufasha. Kiranasuzuma kandi ibintu biserura amabi abuza uburenganzira bw\u2019abantu no muri politike, uburenganzira ku butunzi,imibano, n\u2019imico kama hamwe n\u2019uburenganzira bw\u2019imigwi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Amabi y\u2019ihohoterwa ry\u2019ihonyangwa ry\u2019agateka ka zina muntu hamwe n\u2019ihungabana ry\u2019umutekano vyabonetse kandi vyatohojwen\u2019umuhari iteka bimeze ugukwirikira muri kino kiringo:n\u2019imiburiburi abantu 11 barishwe harimwo 5 batowe ibiziga,umwana umwe yishwe,abagore 2 bishwe kubera ihohoterwa rifatiye ku gitsina,abantu 2 bapfuye bahitanywe n\u2019umuriro uvuye ku pikipiki itwaye igitoro mu bidumu.Umuntu 1 yaborejwe igufa; 4 bakorewe amabi afatiye ku gitsina harimwo umukobwa 1 akiri muto yashurashujwe,abagore 2bapfuye. Vyongeye, abantu 4 barahagaritswe biciye kubiri n\u2019amategeko.Imbonerakure z\u2019umugambwe uri ku butegetsi CNDD-FDD,abaporisi hamwe n\u2019abatware nibo ahanini bagirizwa nk\u2019abikekwako iryo honyangwa ry\u2019agateka ka zina muntu. <a href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/wp-content\/uploads\/2026\/08\/Icegeranyo-iteka-n-ijambo-537.pdf\">Soma icegeranyo<\/a><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Iki cegeranyo cerekana inyifato y\u2019agateka ka zina muntu mu Burundi mu ndwi yo kuva ku wa 27 Mukakaro gushika 02 Myandagaro 2026.Muri iki cegeranyo, umuhari Iteka kirihweza kandi nk\u2019 ivya politike,umutekano, intwaro n\u2019ubufasha. Kiranasuzuma kandi ibintu biserura amabi abuza uburenganzira <a class=\"more-link\" href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2026\/08\/03\/icegeranyo-iteka-nijambo-n537\/\">Continue reading <span class=\"screen-reader-text\">  Icegeranyo Iteka n&#8217;Ijambo n\u00b0537<\/span><span class=\"meta-nav\">&rarr;<\/span><\/a><\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"om_disable_all_campaigns":false,"footnotes":""},"categories":[46],"tags":[],"class_list":["post-10206","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-bulletin-rn"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10206","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=10206"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10206\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":10207,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10206\/revisions\/10207"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=10206"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=10206"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=10206"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}