{"id":10167,"date":"2026-09-07T08:24:16","date_gmt":"2026-09-07T06:24:16","guid":{"rendered":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/?p=10167"},"modified":"2026-09-07T08:24:16","modified_gmt":"2026-09-07T06:24:16","slug":"akamo-ko-kwitwararika-gukingira-umubano-hamwe-no-gukomeza-ugushigikirana-muri-afirika","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2026\/09\/07\/akamo-ko-kwitwararika-gukingira-umubano-hamwe-no-gukomeza-ugushigikirana-muri-afirika\/","title":{"rendered":"Akamo ko kwitwararika gukingira umubano hamwe no gukomeza ugushigikirana muri Afirika"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: justify;\">Umuhari uharanira agateka ka zina muntu mu Burundi ITEKA uri n\u2019iteka ryo ku bitura n\u2019icubahiro ku mabanga yanyu akomeye cane,ku bwigenge bwa Repuburika ya Kenya hamwe no ku ruhara ntangere igihugu canyu gifise ku mahoro, mu gufatana munda n\u2019ukunywana vya Afirika yo mu buseruko.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Intumbero yacu ikomotse ku mwitwarariko uhasanzwe hamwe no gukinga inyuma y\u2019amatangazo n\u2019intumbero ziheruka kuvugwa ku vyerekeye abanyamahanga bari mu bikorwa bimwe bimwe vy\u2019ubutunzi muri Kenya.Umuhari ITEKA uremera uburenganzira bw\u2019ubwigenge bwa Reta iyo ariyo yose bwo gushiraho poritike yayo y\u2019ubutunzi,yo gutunganya uko imirimo imwe imwe hamwe no gufata ingingo babona ko zikenewe zo gukingira inyungu z\u2019abanyagihugu babo.Ivyo barabirekuriwe. <a href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/wp-content\/uploads\/2026\/09\/IBARUWA-KU-MUKURU-WI-GIHUGU-CA-KENYA.pdf\">Soma ibaruwa<\/a><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Umuhari uharanira agateka ka zina muntu mu Burundi ITEKA uri n\u2019iteka ryo ku bitura n\u2019icubahiro ku mabanga yanyu akomeye cane,ku bwigenge bwa Repuburika ya Kenya hamwe no ku ruhara ntangere igihugu canyu gifise ku mahoro, mu gufatana munda n\u2019ukunywana vya <a class=\"more-link\" href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2026\/09\/07\/akamo-ko-kwitwararika-gukingira-umubano-hamwe-no-gukomeza-ugushigikirana-muri-afirika\/\">Continue reading <span class=\"screen-reader-text\">  Akamo ko kwitwararika gukingira umubano hamwe no gukomeza ugushigikirana muri Afirika<\/span><span class=\"meta-nav\">&rarr;<\/span><\/a><\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"om_disable_all_campaigns":false,"footnotes":""},"categories":[48],"tags":[],"class_list":["post-10167","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-plaidoyer"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10167","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=10167"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10167\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":10168,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10167\/revisions\/10168"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=10167"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=10167"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=10167"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}