{"id":10097,"date":"2026-08-23T00:32:11","date_gmt":"2026-08-22T22:32:11","guid":{"rendered":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/?p=10097"},"modified":"2026-08-23T00:32:11","modified_gmt":"2026-08-22T22:32:11","slug":"icegeranyo-cerekeye-umwihwezo-w-imishahara-yabakozi-ba-reta-mu-burundi-ubushobozi-bwo-kuguraubusumbasumbane-bwimishahara-hamwe-ningaruka-ku-mibano-nubutu","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2026\/08\/23\/icegeranyo-cerekeye-umwihwezo-w-imishahara-yabakozi-ba-reta-mu-burundi-ubushobozi-bwo-kuguraubusumbasumbane-bwimishahara-hamwe-ningaruka-ku-mibano-nubutu\/","title":{"rendered":"ICEGERANYO CEREKEYE UMWIHWEZO W\u2019 IMISHAHARA Y\u2019ABAKOZI BA RETA MU BURUNDI: UBUSHOBOZI BWO KUGURA,UBUSUMBASUMBANE BW\u2019IMISHAHARA HAMWE N\u2019INGARUKA KU MIBANO N\u2019UBUTUNZI"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: justify;\">Akanovera k\u2019intwaro yose kabonekera ahanini ku karusho,intumbero hamwe n\u2019ukworohereza abakozi bayo.Mugihe umukozi wa Reta atagira uburyo bukwiye kugira ashobore kubeshaho umuryango wiwe,ni umwitwarariko wa Reta nyene bigarukako.Mu bihe birangwa n\u2019iduga ryimonogoje ry\u2019ibiciro,ubuzima buguma buzimba kandi ububasha bwo kugura butera butituka,ikibazo c\u2019imishahara y\u2019 abakozi ba Reta uno musi biboneka nk\u2019intambamyi ikomeye y\u2019intwaro hamwe n\u2019 iterambere bihanze u Burundi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ni muri iyo ntumbero umuhari Iteka na King Umurundi Freedom,mu mugambi UMUSEKE ,batanguye icigwa kugira berekane uko imishahara y\u2019abakozi ba Reta yifashe mu Burundi.Intumbero n\u2019ugupima ubushobozi hagati y\u2019imishahara nyezina hamwe n\u2019igiciro c\u2019ubuzima bw\u2019ubu,kwihweza ubutandukane bw\u2019imishahara buhari hamwe n\u2019ugusuzuma inkurikizi zavyo ku kuntu abakozi ba Reta babayeho, akanovera k\u2019ivyo bakora hamwe n\u2019iterambere ry\u2019imibano n\u2019ubutunzi bw\u2019igihugu. <a href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/wp-content\/uploads\/2026\/08\/ICEGERANYO-UMUSEKE-MYANDAGARO-2026.pdf\">Soma icegeranyo<\/a><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Akanovera k\u2019intwaro yose kabonekera ahanini ku karusho,intumbero hamwe n\u2019ukworohereza abakozi bayo.Mugihe umukozi wa Reta atagira uburyo bukwiye kugira ashobore kubeshaho umuryango wiwe,ni umwitwarariko wa Reta nyene bigarukako.Mu bihe birangwa n\u2019iduga ryimonogoje ry\u2019ibiciro,ubuzima buguma buzimba kandi ububasha bwo kugura butera butituka,ikibazo <a class=\"more-link\" href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2026\/08\/23\/icegeranyo-cerekeye-umwihwezo-w-imishahara-yabakozi-ba-reta-mu-burundi-ubushobozi-bwo-kuguraubusumbasumbane-bwimishahara-hamwe-ningaruka-ku-mibano-nubutu\/\">Continue reading <span class=\"screen-reader-text\">  ICEGERANYO CEREKEYE UMWIHWEZO W\u2019 IMISHAHARA Y\u2019ABAKOZI BA RETA MU BURUNDI: UBUSHOBOZI BWO KUGURA,UBUSUMBASUMBANE BW\u2019IMISHAHARA HAMWE N\u2019INGARUKA KU MIBANO N\u2019UBUTUNZI<\/span><span class=\"meta-nav\">&rarr;<\/span><\/a><\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"om_disable_all_campaigns":false,"footnotes":""},"categories":[48,47],"tags":[],"class_list":["post-10097","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-plaidoyer","category-rapport"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10097","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=10097"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10097\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":10098,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10097\/revisions\/10098"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=10097"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=10097"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=10097"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}