{"id":10023,"date":"2026-08-06T21:36:35","date_gmt":"2026-08-06T19:36:35","guid":{"rendered":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/?p=10023"},"modified":"2026-08-06T21:36:35","modified_gmt":"2026-08-06T19:36:35","slug":"icegeranyo-cumugambi-wa-reta-yuburundi-wo-gukora-no-gutanga-intebe-336-000-intambwe-ugezekointambamyi-hamwe-nibisabwa","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2026\/08\/06\/icegeranyo-cumugambi-wa-reta-yuburundi-wo-gukora-no-gutanga-intebe-336-000-intambwe-ugezekointambamyi-hamwe-nibisabwa\/","title":{"rendered":"ICEGERANYO C\u2019UMUGAMBI WA RETA Y\u2019UBURUNDI WO GUKORA NO GUTANGA INTEBE 336 000 : INTAMBWE UGEZEKO,INTAMBAMYI HAMWE N\u2019IBISABWA"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: justify;\">Buca hatangura umwaka w\u2019ishure 2025-2026, Reta y\u2019u Burundi yari yategekanije uburyo mu mugambi wayo \u00ab Abana bose bicare neza \u00bb ufise intumbero ko atamwana n\u2019umwe yo kwiga mu buryo butabereye,mu guha amashure igitigiri c\u2019intebe zikwiye kugira bashike kw\u2019 ihangiro ry\u2019abanyeshure 2 ku ntebe. Ishirwa mungiro ry\u2019uwo mugambi ryaratevye cane.Inganda zikora intebe ubu zirakora mu makomine menshi kandi intebe za mbere zirarindiriwe mu mwaka w\u2019ishure2026-2027.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mu mashure shingiro menshi,abanyeshure bamaze igihe kinini bakwirikirana ivyigwa mu buryo buteye agahinda:Bicaye ku matafari canke hasi,bahagaze mu mwanya w\u2019ivyigwa,canke bicaranyeko ari 4 canke 5 ku ntebe yagenewe abanyeshure 2. Ubwo buryo bigamwo ntibworohereza ugukwirikirana neza,ukwimura ivyigwa kandi biragabanya cane akanovera k\u2019inyigisho. <a href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/wp-content\/uploads\/2026\/08\/ICEGERANYO-UMUSEKE-MUKAKARO-2026.pdf\">Soma icegeranyo<\/a><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Buca hatangura umwaka w\u2019ishure 2025-2026, Reta y\u2019u Burundi yari yategekanije uburyo mu mugambi wayo \u00ab Abana bose bicare neza \u00bb ufise intumbero ko atamwana n\u2019umwe yo kwiga mu buryo butabereye,mu guha amashure igitigiri c\u2019intebe zikwiye kugira bashike kw\u2019 ihangiro ry\u2019abanyeshure <a class=\"more-link\" href=\"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/2026\/08\/06\/icegeranyo-cumugambi-wa-reta-yuburundi-wo-gukora-no-gutanga-intebe-336-000-intambwe-ugezekointambamyi-hamwe-nibisabwa\/\">Continue reading <span class=\"screen-reader-text\">  ICEGERANYO C\u2019UMUGAMBI WA RETA Y\u2019UBURUNDI WO GUKORA NO GUTANGA INTEBE 336 000 : INTAMBWE UGEZEKO,INTAMBAMYI HAMWE N\u2019IBISABWA<\/span><span class=\"meta-nav\">&rarr;<\/span><\/a><\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"om_disable_all_campaigns":false,"footnotes":""},"categories":[47],"tags":[],"class_list":["post-10023","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-rapport"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10023","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=10023"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10023\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":10024,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10023\/revisions\/10024"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=10023"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=10023"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/ligue-iteka.bi\/rn\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=10023"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}